CUBAHIRO ENTERTAINMENT
All with God🙏
11/07/2026
Izile arabajije ati:Hagati y'amazina 3 y'indirimbo asohore iyahe??
1.
2.
3. MWISITE
MUMUFASHE GUTORA TITLE 😍
Pasteur atabintu azi
06/07/2026
Ivyo mwogira vyose mumenye ko mu banyamuziki bo ngaha I Ngozi uyu Ari muri 4 ba mbere bemerwa cane nkanaha respect🫡 mwite uhejeje urenzeko akazina (Kirura) Strong Boy Kirura
Uyu musolait afise indirimbo yiwe nshasha yise nkaba ndabatumiye kuri Channel yiwe mubanze mukore subscribe Imbere yuko ayipostinga 🙏🙏
CUBAHIRO ENTERTAINMENT
uyu mwana ngo Ni mutoyi was Diez Dola??
Call by Strong Boy Kirura official video
Tumushigikire kuri YouTube yiwe👇👇👇
https://youtu.be/fOr6zIH4kh8?si=qzoKQaLWQuNxJaAE
06/07/2026
Uyu mwana arazi umuziki vya nyavyo kabisa mwite Strong Boy Kirura
For support🙏🙏🙏
02/07/2026
Ishi kwa utulivu☹️ ili ulinde hadhi brand yako🤓
CUBAHIRO ENTERTAINMENT
Ngira niyahure batagiye kumfotoza muri 😂😂
Vab-King
26/06/2026
Mwumve uburyo abantu tugoye😴
-Ninihorera muzovuga ngo ndagara😎
-Ninavuga naho muzovuga ko mfise ubujambo bwinshi😀
-Hama ni natwenga naho muzovuga ngo nta buseriye (serious)☹️ mfise🙏
-Hama ninashavura ngo mfise umushiha☹️😴
None rero nkore iki ?
Iconzi nuko utazigera uronka ibizotosha abantu🙏🙏
CUBAHIRO ENTERTAINMENT
Ntawushaka kuvumba ndamurangire address
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Website
Address
Bujumbura
