Agahimbo
la connaissance
*Bavandimwe, nimwumve!*
Ivy' *mubonye bibi birangiye*eee!
Ico gihe c'amarira, c'akaga, c'abantu bagukomerekeje, c'induru z'abansi... *Uhoraho aravuze ati birarangiye!*
Mose yabwiye Abisirayeli ati:
> *"Nta co mutinya: mwihagararire gusa, murabe agakiza Uhoraho agira ngw abazanire uyu musi: kukw Abanyegiputa mubonye uyu musi mutazokwongera kubabona ukundi."*
Urabona?
Abagushije inyuma, abakuvugishije nabi, iyo ngorane yakurambirije... *ntuzokwongera kubabona ukundi!*
None uyu musi *tegereza impinduka mu buzima bwawe.*
Aho habaye igitugu, Imana izana umudendezo.
Aho habaye ukubura, Imana izana umugisha.
Aho habaye amarira, Imana izana umunezero.
*Mwihagararire gusa.* Ntugasubire inyuma. Ntutinye.
Imana iri kugukorera agakiza uyu musi we humura ntutinye niwihagararire gusa.
dans ce weekend je veux vous partagez beaucoup des choses de nouvelles.
suivez moi pour sembler heureux en fin de cette semaine.
mwese mbipfurije weekend nziza muze mubone ikiganza c'imana muvyo murimwo.
20/07/2026
*♻️ La plupart des blessures les plus profondes viennent souvent des personnes à qui nous avons donné notre confiance, notre soutien et notre amour. Le mal arrive rarement de l’inconnu, car ceux qui nous connaissent savent exactement où toucher pour nous faire mal. Malgré cela, ne cesse jamais d’être une bonne personne, car la valeur de ton cœur ne doit pas changer à cause des mauvaises actions des autres…*
18/07/2026
🔴Impamvu 8 umugore arira ariko akora imibonano mpuzabitsina
Ushobora kwibaza impamvu abagore barira canke bakoma induru mu gihe co gukora imibonano mpuzabitsina kikakuyobera. Hari abumva ko vyase bikunze umugore agomba kurira nk’uburyo bugaragaza ko yishimye atabikora bakiyumvira ko afise ikibazo😅
Twifashishije imbuga za internet zitandukanye zandika inkuru zijanye n’urukundo n’imibanire, ngo gukoma induru canke kurira kw’umugore mu gihe ari gukora imibonano mpuzabitsina gusobanura vyinshi.
1.Ikimenyetso cuko yishimye
Impamvu ya mbere ituma umugore arira canke akoma akaruru mu gihe cimibonano mpuzabitsina , ngo ni ivyishimo birenze aba yagize. Ivyishimo umugore agira iyo aryohewe n’imibonano mpuzabitsina ngo biba bimeze nk’iyo umuntu akoze mu mazi y’akazuyazi. Icyo gihe rero ngo ivyishimo umugore agira mu gikorwa cy’imibonano mpuzabitsina bishobora kumutera amarangamutima atateguye.
2. Ikimenyetso c’ububabare
Ngo hari ubwo umugore arira bitewe n’uburibwe ariko arhura nabwo muri ico gikorwa kumbure bitewe n’inguvu zakoreshejwe bigatuma atamererwa neza, ico gihe umugore ataka kimwe n’uba wishimiye ico gikorwa, nyamara atari ko bimeze.
3. Ni uburyo bwo kugabanya uburuhe bwa cane
IBINDI TUZABINABWIRA UBUTAHA
Yesu yigishije abigishwa be gusenga mu buryo bworoshye kandi buva ku mutima 💛
*1. Yabigishije "Isengesho rya Data wa twese"*
Iri ni ryo sengesho ry'urugero yaribahaye. Riboneka muri *Matayo 6:9-13* na *Luka 11:1-4*
*Dutya:*
> Data wa twese uri mu ijuru,
> Izina ryawe risingizwe.
> Ubwami bwawe nibuze,
> Icyo ushaka kibe mu isi nk’uko kiri mu ijuru.
> Uduhe uyu munsi ibyokurya byacu bya buri munsi,
> Utubabarire ibicumuro byacu,
> Nk’uko natwe tubabarira abatuducumuraho.
> Ntiwadushyira mu kigeragezo,
> Ariko udukize Umubi.
> Kuko ubwami ari ubwawe, n’ububasha, n’ikuzo, kugeza iteka. Amen.
Yesu yaravuze ati: "Namwe nimusenga musenge mutya..."
*2. Yabigishije amahame 3 y'ingenzi yo gusenga*
*1. Senga uri wenyene kandi mu byihisho*
`Matayo 6:6` - "Igihe usenga winjire mu cyumba cawe, ufunge urugi, usenge Data wawe uri mu ibanga"
*2. Ntusenge uvuga amagambo menshi n’ubusa*
`Matayo 6:7` - Imana imenya ico ukeneye mbere y'uko umusaba
*3. Senga ufise ukwizera no kubabarira*
`Marko 11:24-25` - "Iyo musenze, nimwemera ko mubihawe, muzobihabwa... kandi nimufise ico muturanya mubabarire"
*3. Urugero Yesu ubwe yatanze*
Yesu nawe yarasengaga cane:
- *Yasengaga kare mu gitondo* `Marko 1:35`
- *Yamara ijoro ryose asenga* mbere yo gutoranya abigishwa `Luka 6:12`
- *Yasengera ku musozi* aho hari ituze `Luka 9:28`
Yesu ntiyatanze amategeko akomeye. Yigishije ko gusenga ari *ukuvugana na Data nk'umwana*. Ni ugushimira, gusaba, kwatura, no kumva ijwi ry'Imana.
Click here to claim your Sponsored Listing.
