MOSES SOLO

MOSES SOLO

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MOSES SOLO, Health/Beauty, Avenue de l'Université, Bujumbura.

08/07/2026

Enjoy this song Of Musoni Evarist
covered by SHULE

05/07/2026

Atassa🤣 yandagaje na abereka kw'amahirwe ataza kabiri maze abadunda ibitsindo 2 muminota 21 maze Brazil iba iravuye mw'ihiganwa!😅🤣🥱

Abangamiye cane umu-defender , atsinze ibitego 2 vyiza, kimwe c'umutwe n'ikindi ateye uru-shot rugenda nka Satani 2 ya Poutine na bwa bu dorone bwa Irani za rya Mungu!🥱
niwe atsinze k8mwe ca Brazil kuri penalty narose kukanyuma maze uyu mugabo ayinjiza bitamugoye.

Ariko aba basore b'aba kuva muri ubu tuvugana bakubise igenda iravuga inkuru y'urugabo bahuriye muri rukabakubita rutabababariye na gato!😭

Urukuno rukomeye cane aho imigwi yompi yariko irandera intsinzi ariko Brazil ikishinga gukesyakesya nk'aho wogira ngo si bakinyi b'ibihangange tumenyereye.🤔

Ubu tuvugana , na rurageretse kubitsindo aho bafise 7 umwe wese mur'iki gikombe c'isi ca 2026.

F.T: Brazil 🇧🇷 1-2 Norway 🇳🇴

⚽️ Erling Haaland 79', 90'
⚽️ Neymar Junior 90+10' (P)

Waravye urukino!? Mbwira uko warubonye.

SOLO

03/07/2026

Beside playing guitar I am mecanisiam welcome to My Garage Gatabo Ndo kwetu



NIMUGIRE FOLLOW
KAZE IWACU GATABO

03/07/2026
03/07/2026

Weweeeeeee wew nyene
Guys ndabamunda cane so I need you to support me like Following my page
nimungirire
#@🎸🎸 FOLLOW $ SOLO
🎹🎻🎸

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Avenue De L'Université
Bujumbura