Yangu Tv
Media info divertissement
ngo nta tugara yigirira two kurongora π
Mukora na basha muzoba mukozeπππ
Abahungu muze hanoπ«΅
Kubera iki divorce zabaye ndanse muri kino gihe?
Kurikirana kino kiganiro urahumvira vyinshi
Yangu Tv
SuperSport
Wewe ungmfanya nini ππ«΅π«΅π«΅
28/05/2026
Bivugwa ko ari gake cane uyu mukuru w'igihugu ca Burkina Faso aboneka mu mwambaro atari uwa gisirikare.
Aho ni mu gihe yari yifatanije n'abaislamu bo muri ico gihugu mu guhimbaza umusi mukuru w'intama Eid Al Adha, kuri uyu wa gatatu.
Mubandanye mudushigikira muhira na kugirango muze muraronka vyiza vyinshi
Link ng'iyi hanoπ: https://www.facebook.com/share/18YctjRYDC/
Yangu Tv
Aha ni he bakora nka bino?
πππ
Kurikirana ibirori vyo kurahira vya bamwe mu bagize umurwi wigenga w'amatora CNI
Iyi nda irimwo ikiπ
Mureke Imana yitwe Imana πππ
Ibitangaza vyakoreka keraπππ
Click here to claim your Sponsored Listing.
