Generation Ejo heza
Les conseils sur les jeunes africain
17/03/2026
Hello ncuti zanje hama nongeye kubaramutsa ndabipfuriza lbihe vyoza nogera nibutsa aba jeune bangenzanje kudatwahwa nibishobisho vyibihe tugezemwo murakoze
hemwe nukuri ndasavye kubantu mufitiye impuhwe ugwaruka rw'unomusi ! mutante intererano z"ukunntu bokwiteza imbere ndabakunda cane
Ndakunda cane Zina muntu wese yumviriza impanuro zabamukurira haba mukazi canke mubuzima busanzwe rero abobantu nintwari kbx ahomuri hose mukomere cane🔥🔥🔥
05/02/2026
Abantu mwatembereye buja aha ni hehe ??
04/02/2026
Ba jeune twirinde kuba icitegererezo Kibi mukibano canke kuma réseaux sociaux ,kuko iyo tubikoze bizotugarukako! mbere bigashika nokubana tuzovyara
highlanders
03/02/2026
Some men were born with genetics of poverty you increase their salary they add more girlfriends ðŸ˜ðŸ˜ðŸ˜ðŸ˜
02/02/2026
Muri binobihe haravugwa cane ko Hari impinduka cane cane kugwaruka ,tufatiye kumigambi yokwiteza imbere 💵💵
31/01/2026
Iyo umuntu azotera imbere Hari ibimenyetso vyinshi bimuranga ,tutibagiye kwitanga utiziganya muvyukora vyose.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Bujumbura
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Generation Ejo heza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
