amos comedien

amos comedien

Share

amos comedien

29/06/2026

📢 UKO WOKWINJIZA AMAFARANGA KURI FACEBOOK PAGEintambwe ku yindi uko wotegura Page yawe kugira yemererwe kwinjiza amafaranga. Ndasigura ivyo ukwiye gukora n'amakosa ukwiye kwirinda.
📌 Muri iyi video urigamwo: ✅ Uko wotegura page ✅ Ibisabwa kugira wishurwe na Facebook ✅ Uko wokwongera views n'abagukurikira ✅ Inama zogufasha gutangura kwinjiza amafaranga
💬 Nimba hari ico ushaka kumbaza, andika muri commentaires.
👍 Kanda Like, Share, kandi Follow Ntukandare TV kugira ntuzohave ucikanwa n'izindi nyigisho z'ubuntu.

27/06/2026

❤️ Ubucuti nyabwo ntibugurwa n'amafaranga, bugurwa n'umutima. Wemeranya nanje?

26/06/2026

❤️ "Urukundo rw'Umuryango ni Umunezero Utagira Agaciro" ❤️

20/06/2026

🌟 Abavyeyi b'Intwari z'Umuryango – Urukundo, Ubumwe n'Imigisha ❤️🙏

20/06/2026

💶 NTOYE AMA-EURO! Mbega Avunjwa Amafaranga Angahe i Burundi? 😱💰

18/06/2026

Murinovideo turabirahamwe ukuntu urukundo ruhindukamaji

17/06/2026

Amos comedy

16/06/2026

y'Urukundo Rwacu ❤️ AMOZE: Izina Ryavutse Mu Rukundo ❤️ Urukundo Rwacu Ntiruzigera Ruhera ❤️ Twabaye Umutima Umwe ❤️ ❤️ Amosi na Joze: Inkuru Nziza y'Urukundo ❤️ Amoze – Izina Ryacu Rishasha ❤️ Urukundo Nyarwo Ruratsinda Vyose ❤️ Twahisemwo Gukundana Ibihe Vyose ❤️ Ivyo Utari U*i Kuri AMOZE ❤️ Urukundo, Ubumwe n'Umunezero | AMOZE❤️ Murakaza neza kuri iyi video idasanzwe ivuga ku rukundo rwa Amosi na Joze. Twafatanije amazina yacu maze havuka izina AMOZE, ikimenyetso c'urukundo, ubumwe n'umuryango. Muri iyi video turasangiza inkuru yacu n'ivyo twipfuza gushikako hamwe. Nimba ukunda inkuru z'urukundo nyakuri, ntiwibagire gukanda Like, Comment, no Subscribe kuri channel yacu.
💖 AMOZE = Amosi + Joze 🤝 Ubumwe ❤️ Urukundo 🏡 Umuryango

16/06/2026

"Ubwiza bw'Akaranga k'Uburundi: Twese Hamwe mu Bumwe n'Urukundo ❤️"

16/06/2026

🌹 Ubweranda n'Ubwiza Bivugira Kuri Aba Bana

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Quartier Kivoga
Gitega
HTTPS://YOUTUBE.COM/@AGASESEMVYA?SI=HTROWKNLCNHNRNYY