Alfy

Alfy

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Alfy, Health/Beauty, Gitega.

02/07/2026

*Aho inkomezi zawe zigarukira niho Iz IMANA zitangurira,iyo wabuze aho uca niho IMANA iciza akukuzimurura nibwo bubasha bwayo*

๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

02/07/2026

*Si uwukwiyegereza wese aba agukunda canke akwipfuriza ineza.*
*Hari abaza hafi yawe kugira bamenye amabanga yawe canke intege nke zawe, aho kuba bagushigikira.*
*Niwame ugira umutima mwiza, ariko ugendane ubwenge. Ntukizigire uwo ari we wese, kandi ntubwire bose ivyerekeye ubuzima bwawe.*
*Hitamwo neza abo wizigira, urinde umutima wawe, kandi ushire ukwizera kwawe mu Mana, kuko ari Yo itigera iguhemukira. โœ๏ธ*

Photos from Alfy's post 20/05/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿค : ๐—”๐—›๐—” ๐—ก๐—œ๐—›๐—˜?
Mbega woba umaze gutembera iguhugu
Cโ€™Uburundi cose?? Aha Nihe...๐Ÿ”ฅ๐Ÿคทโ€โ™‚๏ธ
โ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ขโ€ข
โš ๏ธ ๐Ÿญ๐Ÿด+ gusa
Urashaka kugerageza 1XBET? ugurura wuzuze code promo BUJA22 ushobora kuronka Bonus kugera kuri 200%, ukeneye ubufasha bwo kwugurura bandikire +257 61240530

Raba iyo ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://www.facebook.com/share/v/18nWbesSjR/

โ—Ibi bigenewe gusa abantu bujuje
Imyaka (๐Ÿญ๐Ÿด+) canke kuduga.๐Ÿ”ž

20/05/2026
20/05/2026

๐Ÿ™๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช

09/05/2026

Iga kubana nabo wirinde kubaha icizere cose,_

_Bana nabo ariko ubacungira hafi! Kuko usamaye gato bashobora kuguhitana._

Kubana nabo ntibizogusaba amafranga meshi, ahubwo bizogusaba ubwenge bwishi.

01/05/2026

๐ŸŸฃ๐Ÿ”ตFIFA yemeje ko mugikombe cisi 2026 nihagira umurwi wigumura ukava mukibuga nkabimwe Sรฉnรฉgal yakoze abakinyi bazokubitwa amakarata atukura ubwonyene banakubitwe Forfait yibitsindo 3-0

FIFA yagabishije ibihugu vyiteguriye kuzigumura munkino ngo nuko batazoba bemeye ingingo zabahagarikizi canke ikindi kintu kizotuma basohoka ikibuga azoba amakarata na Forfait muce mutaha ๐Ÿคฃ

โœ๏ธNoรฉ Bunt ๐Ÿ˜Ž

01/05/2026

๐Ÿšจ Inter Milan nayo iriko irarabira hafi Curtis Jones wa Liverpool ! ๐Ÿด๓ ง๓ ข๓ ฅ๓ ฎ๓ ง๓ ฟ๐Ÿ’™๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ—ž๏ธ Fabrizio Romano

Category

Website

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alfy posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Gitega.