Rich dizzo
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Rich dizzo, Health/Beauty, Nairobi.
✅ Rich Dizzo – content creator. 💯
🎶 Music | Film | Promotion | Advertising
🔥 Ndi Face of Entertainment mu Burundi no hanze # Abaheburayo 13:5....
🚀 I create stars & vibes
Wewe urabizi ntamahera uha chr wawe 🤌ariko icushaka mumuha ama condition nkayumupfumu 😕🤣
Aba diaspora barabakera 🤣
15/06/2026
. Ni Wema sepetu, muzi cane muma film yabiciye bigacika akinana naba kanumba, yigeze nokuba miss tanzania 2006, aho aronse ikibondo ciwe ca1 kumyaka 36ans, akaba ataniyikoroka yaribwo aronke kandi barima misi yose.
Imana yamuteturuye aho bmuvuga ko ari ingumba.
Rero mubihe vyose bibi uzocamwo, ntukihebure, igihe kigeze ubona Vyikora
15/06/2026
Ayomategeko agiye gutuma aba Influence benshi bo muburundi 🇧🇮 bafungwa kandi uwuzofungwa nikugatwe kiwe be na family yiwe 🤣 kuvubu rero mumenye ivyo mu postinga 🙏
Moza Tranding 👌👊NABA CLIENT BIWE NTIBAKORESHA FACE BOOK😂😂BAKORESHAA
X KUBERA ARABA BOSS BYEEEE rero 🤣
15/06/2026
Legend amaze guhamagara mu majwi yuzuye icubahiro n’urukundo, amusaba kwitaba kugira ngo amuhezagire no amwakire nk'uko yamye abigirira abandi baririmvyi benshi b'Uburundi.
Uyu munsi si umuziki gusa uduhuje, ahubwo ni ugushigikirana, guterana intege no kwubahana hagati y’abahanzi bacu.
Turiteze vyinshi kuri uyu mwigeme w'impano idasanzwe, kandi benshi baramaze kwibaza ico uku kwegerana kwa Big Fizzo na Kellyna gusobanuye.
♦️ Bomboclatte! Mbega vyoba bishoboka ko Kellyna azoba umwe mu bazokorana na Big Fizzo muri album yiwe nshasha?
Nimba ari ko biri, abakunzi b’umuziki baritegure ikintu gikomeye cane! 🎶🔥
Kellyna x Big Fizzo = ibikorwa bikomeye biraje? 👀🇧🇮
🇧🇮🔥
Mpejeje kuronka Message kuri Whatsapp insaba gutsyoza Moza kandi kumahera menshi ❤️🤣
bamubajije ivy'umu EX wiwe yakowe na 😂 . Iyo ntwengo ntiyari isanzwe pe! Yagaragaje ko hari ibintu vyinshi azi ariko ahisemwo kubigumiza mu mutima 🤭.
Rimwe na rimwe, umuntu ntavuga menshi, ariko inseko yiwe ikavuga vyose! 😅🔥
Wumve uko B-face On The'flo aharira na Neva 🤣
Urya mwana yatutse Évariste ngo ni🐕ntibaramufata? 🤔
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Address
NAIROBI
