Nuhu Official
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Nuhu Official, Health/Beauty, .
06/03/2026
😭😭 Ndabarahiye jewe nta costume yanje nza kurenzako igikwashu ahubwo Ubu nukugendana itafari mu mu mufuko , unyegera nca ndaguhereza ivyawe , n'ubundi vyose n'urupfu 😂😂
Nkubu ngenda ndikanga ko bankozeko 🤐🤐 naho woba uri umujama wanje uno munsi ntakuramukanya , mungendere kure kuko namaze kurakara ☺️ namaze kunuka 😂😂 unyegera ngusavya , kandi numvise ngo LINO G aza yahuye n'uruva gusenya 😭😭 bahejeje kumukorako , Ubu tuvugana nawe fyeee 😭
25/02/2026
💃
24/02/2026
Turi bamwe mubagiriwe Ubuntu hamwe na Muyinga Aho dufise impuzu zubwoko bwose ibirato isandale zigezweho
nabamenyeshako mugihe ushibo kugura ikintu muriyo duka tukigushikanira Aho uhererehe atakibazo ushaka ibindi bisobanuro gwandikire kuri
WhatsApp:+257 65 909 905
24/02/2026
Nukuraba mugakoresha umwanya wapambanaji. Aya ni ayandi mahirwe atari ayo gupfusha ubusa. Abahora bibaza ko ari fakenews, nibahumure kuko n’urubuga rw’ubu bushikiranganji muvyo bujejwe harimwo imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu, bwavyemeje. Igitaliano rero bwabundi ntikigoye!! Amasaha 10 ukaba urakimenye ku buryo ukora akazi neza?
Ico biryoheye n’uko bibera en ligne. Ariko n’amashirahamwe hamwe n’aba agents vuba, bazoba ari benshi babibafashamwo.
Ubanza kwuzuza urwo rupapuro mu ntumbero yo kwiyandikisha hama ukiga en ligne ukiri mu gihugu, ukongera ukiga ugezeyo. Ugishikayo ukaronka akazi mu gufasha abageze mu zabukuru, mu mahoteri, mu magarages, mu ndimo, muvyinyubako, mu ma patisseries, gukora isuku n‘ibindi.
Umutarambirwa News tugiye kubandanya tubikurikiranira hagufi. Ni agakuru keza kuri wapambanaji.
NB: kugira umenye urwo rurimi rw’igitaliano, bisaba ube u*i at least igifaransa canke icongereza kugira vyorohe ingene bagusigurira.
Gira follow uzogume uronka bishasha bica ngaha kuri runo rubuga
*ima
🇮🇹 🇧🇮
24/02/2026
Good Morning muri gwarukundo dufashanye gukora kuri ino page yacu🙏
Good morning, please help us follow this page🙏
Bonjour, nous aimerions vous demander de nous aider à suivre sur notre page🙏
17/02/2026
🔴Tuvugeko ibihe vya Fc Barcelona vyaheze iyi equipe benshi bamaze kumenyera ku*ina rya siga waritse😆
🔵Gusa ndakwiburya ibihe irimwo uyumunsi worya ideni bakagukanda amantuzegera ndabibutsa ku match iheruka gukina na Atletic Madrid ko Fc Barcelona ugo rukino yararuyakaje kubitsindo 4_0 ir'ijoro naryo riheze Aho yakina na Girona yo muri espagne Fc Barcelona yatsinzwe ibitsindo 2_0 mugihe naronkejwe penalty Lamin Yamal arayihusha mbega bino tuvyite gute nkabakunzi ba football😆 mugihe match ya Atletic Madrid bayitsindwa bagize ugwitwazo ngo abakinyi baragwaye mbese baravugako badafise bakina mbega twoba tubihurizako Fc Barcelona yoba igira kuri ?
Fans🗣️: Bagize bati iyi match Barcelona yasamaye cane yakinye umupira wabana mbega ko tubona umwana arimwo ari Bose uyumunsi bacitse abana kuva Aho batakarije ino match?
Aba fans bongeye baragirango Rafinha yamukinishije agwaye ariko umupira😆😆😆
Ndabibutsa ubu yikoreye akavumvu kubitsindo 6_1
Reka duhurire muri commenter mutubwire mwebwe Mwebwe mwaravye match mutubwire amakosa arihe kuba fans ba Barcelona twandike 🔵🔴
Nturengane udakoze kurino page yacu kugira dukomeze kubana 5 kuri 5
14/02/2026
ya Saint_Valentin🌹
Saint Valentin yari umupadiri wo mu kinjana ca 3 inyuma ya Kristu. Avugwa cane kubera ibikorwa vyo gufasha abakundana n’ukwitanga ku kwizera kwiwe.
📜🗣️: Inkuru nyamukuru zivugwa
Mu gihe c’umwami w’Abaroma Claudius II Gothicus, abasirikare bari babujijwe kurongora kuko igihugu cariko gitsindwa muntambara bashishikariza abasore kuja kurwana kandi vyavugwa ko abagabo batubatse barwana neza.kuko wubatse uguma witwararika imiryango.
Valentin nawe yari umupatiri w'i Roma akabafashaga kubana canke kurongorana mu mpisho kubera yarizera urukundo n’umuryango.
Kubera ivyo, yarafashwe arapfungwa hanyuma aricwa (nk’umweranda yishwe azira ukwemera).
❤️ Uko umunsi wiwe watanguye guhimbazwa
Mu mwaka wa 496, Pope Gelasius I yashizeho umunsi wa 14 Ruhuhuma (février) ngo ube uwo kwibuka Valentin.
Hari n’abavuga ko vyasubiriye umugenzo wa kera w’Abaroma witwa Lupercalia ariko uca ushirwamwo insiguro y’urukundo rwa gikirisu.
🌍 Aho bikekwa ko yabaye
Inkuru zimwe zivuga ko yakorera mu gisagara ca Terni mu Butaliyano.
👉 Ubu rero umunsi wa Saint Valentin (14 Févri er) usigaye wizihizwa nk’umunsi w’abakundana, abantu bagahana amashurwe, amakarata canke izindi ngabire z’urukundo.
ushaka kako tubandanya tubana kuri burinkura ndakuzaniye ntiwibagire Following na kurino page yacu
Official
Mwibukeko urukundo atari urwumunsumwe🤣
13/02/2026
Inyenyeri imurikira Afrika, Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye
