Gabby Gift

Gabby Gift

Share

Together we can achieve more 🤝

Promote your business throughout Africa and help others achieve their dreams.

20/04/2026
19/04/2026

🤣🤣🤣🤣

14/04/2026

!Abagabo benshi bariyicira ububasha bwo kuvyara (gutera inda) batabizi.

Igitigiri c'intanga ngabo caragabanutse gushika kuri 50% muri iyi myaka 40 ishize bivuye ku vyo twita iterambere (gusirimuka).Muri iyi nkuru tugira turabire hamwe ibituma bikurukuru bituma abagabo batakivyara.

1. Ibintu bitabora (plastique).
Mwirinde kunywa ibintu biri muri plastique canke gushusha imfungurwa muri plastique kuko vyuzuye ibituma wa musemburo bita testosterone na oestrogènes bigabanuka.
Mukoreshe ibikoresho bikoze mu vyuma.

2. Kubura itiro
Kuryama amasaha ari munsi ya 7 mw'ijoro bituma ya testosterone ipfa.Umubiri uhingura intanga ngabo mw'ijoro umuntu aruhutse bikwiye.
Amasaha meza yo kuryama ni 22h30min ukaryama ahantu hapfutse kandi hatabona.Bamwe bashika sasaba bari kuri film canke mu kabare bamenye ko biyica batabizi.

3. Amavuta ya soja canke y'intete.
Amavuta ya soja canke y'ibihoke abantu benshi barayakunda mugabo atuma ku bagabo bagira intanga zidakomeye.
Ibi navyo biragoye kwirinda muri aya majambere kuko tubisanga mu mfungurwa nyinshi zihinguye.
Mufungure amavuta ya Olive canke amavuta y'inka.Ikindi mwirinda gufungura mwihuta (abagabo nta mwanya dufise 🤣)

4.Kwirinda kuraba amanamu y'urukozasoni (pornographie)
Iki rero kirafata abatari bake.izi sanamu zituma système dopamine yangirika ndetse bigatuma bwa bushake bugabanuka.(excitation naturelle) bigatuma ya testosterone igabanuka n'ubushake bwo kurangura amabanga bugabanuka.aha murazi ko hari abaca bikinisha bimwe bita AKANYAMERIKA🤣

5. Amaboka abana cane bituma amatengatwa (amavya) agira indugumba.
Ayo matengatwa abwirizwa kwidegemvya kuburyo ashobora guhingura intanga ngabo zikwije ivyankenerwa.Aha murazi ko benshi bakunda iboka zibana cane.
Ikindi co kwiriinda ni gushira inyabwonk9 zanyu kubibero hamwe no kwoga amazi ashushe canke ama SAUNA.Navyo biratuma intanga zigabanuka.
Mwambare amaboka atanga akayaga,inyabwonko zanyu zije kure y'amatako ndtese mwirinde kuja muri SAUNA.Aha hari abo tutaza kubihurizako🤣

6. Inzoga zirenze urugero
Abagabo turakunda gusoma agakanywa naje ndimwo.Aha benshi turafatwa.Abahinga bavuga ko ibirahuri 2 ku mugoroba bituma hagabanuka ibice 30% vy'intanga.
Bakadusaba kunywa rimwe rimwe bishobotse tukanywa amazi arimwo indimu.Abagabo muntunge mumburane🙏

7. Uguhangayika (stress chronique)
Bamwe bati iyi si ni imiruho gusa.Guhangayika cane bituma ya misemburo ihingura intanga ngabo itaba igikoze.Aha badusaba gukora ikarashishi cane hamwe no gutembera muri nature.

8. Imfungurwa dufungura
Abagabo benshi dufungura imfungurwa zidakwije ivyankenerwa (benshi murazi ko dufungura mu kabare) nka zinc,magnésium,vitamine D birimwo ivyunyunyu bikaba ari vyo bituma hahingurwa intanga ngabo zikomeye.Abagabo bige gufungura ivyamwa,amagi ,amafi bituma ya misemburo yongerekana intanga ngabo zikabona kuba zizima.

Mu gusozera naho navuze vyinshi,mugabo/mushingantahe nturi ingumba.Haba namba.Ahubwo turiko turya uburozi kubera amajambere yaje.Kera bagifungura igicumbe,umunyu w'ingonzo,ikindi,intete,amateke n'imyumbati bikamutse ,amavuta y'inka n'ibindi twihingurira wasanga abagabo bakomeye muri vyose na hose🤣
Duhindure ingendo rero mu gufungura,ivyo dukora,uko twitwara muzonshimira hanyuma.

Ukaba wakozweko n'iyi nkuru Gira suivre/follow,j'aime ,partage abandi bashikirwe.
Nawe kandi tanga iciyumviro.
Mwarahezagiwe

14/04/2026

Umva igishingantahe c,uyu muntu birahimbaye cane uhejeje kucumviriza uce unyihera like na follow up vyonyene

12/04/2026

BIMWE MUBINTU BENSHI BATAZI KUMIBEREHO YINTANGA NGABO
🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸🌸

👉Iyi nyigisho mwayiteguriwe na Jewe Admin Muganga wa Groupe Urugo Rwiza ngiye kubayagira ibintu benshi mutari muzi canke mukunda kwirengagiza kumibereho yintanga ngabo(imbuto z’umugabo)
🤷‍♂️🤷‍♂️.

■Ufise ikibazo cose kijanye niyinyigisho wocunyandikira nkagufasha ndetse no mugihe wobufise imbuto nkeya canke zidafise inguvu nibindi vyankenerwa vyose wocunyegera tukayaga nkakuvura ukamererwa neza cane imiti ishobora kugufasha irahari nawe ukabaho wishimye. Contact +260972228560

👉NONE MUGANGA WACU WOTUYAGIRA TUMENYE DUTAHURE UKO INTANGA ZITUNGANIJWE🤷‍♂️
👇👇👇👇👇

■🌷Bifata hagati y’imisi 65 na 75 kugira ngo intanga ngabo ikorwe kandi igere ku kigero gisabwa co kuba ikuze ku buryo yosohoka igihe habayeho gusohora (ej*******on) kandi buri musi hakorwa intanga ngabo zigera hafi kuri miliyoni 300 kumusi umwe murumva nimpamvu umugabo arinda asaza avyara igihe aronse uburyo bwo guhura numugore.

■🌷Aho intanga ngabo zikorerwa [muri tubes séminifères- seminiferous tubules] ntabwo ari ho izikuze zirindirira gusohoka ziba ziri (zo ziba ziri muri épididyme/epididymis)
bityo (mu buryo busanzwe)
iyo umugabo asohoye hasohoka intanga ngabo zikuze.

■🌷Intanga ngabo zinjira mugitsina c’umugore inyuma yo gukora imibonano mpuzabitsina idakingiye ziri hagati ya miliyoni 20 na miliyoni 200
(ni zo zisohorwa muga Coup kamwe) muca mubona impamvu abagabo benshi iyo basohoye kenshi acacika intege abandi bakarwara iyo babikoze cane kubera uburuhe.

■🌷Izigezeyo imbuto zose zimara mugitsina c'umugore hagati y’imisi[3]
zigasohoka hanyuma
Iyo hameze neza cane, zishobora no kugeza ku misi[5] kuko ziba zikomeye kandi ziri no mukibanza ciza.

■🌷Ibi ntibivuga ko izinjiye mugitsina zikomeye zose ahubwo zimwe zigenda zipfa buhoro buhoro, hakaba nazimwe muri zo zishobora kumara igihe zitarapfa kandi zimwe zinagumayo zigahinduka ingaburo iza gufasha umugore canke umukobwa.

■🌷Inyinshi muri zo ziba zamaze gupfa mu masaha(12)
ya mbere Iyo intanga ngabo zinjiye mugitsina gishushe (ahubwo hari acid), zishobora kubaho iminota mike gusa zose zigapfa🙆‍♂️ kubera iyo acide iziturira ariharya uhura numugore warangiza ukabona mukanya gato intanga zisohokeye canke uko winjiza indani mugitsina ukumva harashushe cane.

■🌷Intanga ngabo yihuse cane kurusha izindi rero ishobora kugera ku ntanga ngore (nimba iba yarangije kurekurwa)
Ivyo biba hagati y’iminota 30 na 45 nyuma yo gukora imibonano mpuzabitsina.

■🌷ariko igihe kiri mu rugero gisabwa ngo intanga ngabo ya mbere igere ku ntanga ngore ni hafi amasaha abiri,niyompamvu uhuye numugore burya haheze amasaha 2 gusa aruwutera inda aruwusama abayamaze gusama niko cubatse rero ntihazobe kwigora wibza ngwinda kuyitera bisaba umusi wose oyaa nikuva kumusegonda wambere gushika kumasaha 2 gusa arumukobwa uvyara arumuhungu canke amahasa arudushuri uba wadushizemwo😅🧏.

■🌷Intanga ngabo zitinjiye mugitsina ahubwo zigasigwa hafi y’urwinjiriro rw’igitsina gore aho zibona ubushuhe, zishobora kubaho igihe kigera ku minota 20.

■🌷Zimwe muri zo zishobora kubasha kwinjira mu gitsina gore kandi zari zasizwe hanze izindi zikahapfira.

■🌷Intanga ngabo kandi zishobora kubaho igihe kingana n’iyi minota igihe umugabo umusore aversa ahantu hafise ubushuhe bukwiriye budatuma intanga zipfa.

👉Aha twavuze abagabo imisore bafise imbuto zikomeye niwe naho atoshira igitsina yinjize kure arukuveresa hejuru kugitsina cumugore gusa imbuto zigashunguruka indani zigahura nabwabushuhe nukuvuga zisanze urubuto rwawe rwahiye zirakwegana hakaba gusama,nibirya bikunze gushikira abakobwa bafyina nabahungu akamuveresako gusa bigahurirana nibihe vyagasamo inda ikinjira hagaca haduka impari rero zukwibaza notera inda atavyo twakoze😅😂 kandi nubwo yozimena kusiripe gusa agatumbereza kumwenge wigitsina inda irinjira nibintu bishika ivyo.

■UFISE IKIBAZO COSE KIJANYE NIYINYIGISHO WOCUNYANDIKIRA IMBOX YANJE TUKAYAGA CANKE UNSANGE AHO NKORERA TUYAGE NGUFASHE NACANE CANE KWABAGABO IMISORE HARIHO ABUSANGA IMBUTO ZABO ZITAMEZE NEZA ABO RERO UNYITUYE NDASHOBORA KUGUFASHA,CANKE ARUMUGABO WAWE AKABA YUMVA YOFASHWA AKIVUZA MWOYAGA NKAMUHA UBUFASHA BWOMUHA NAWE KUJA KURUGERO RWIZA.
ADMIN MUGANGA CONTACT 🪀+260972228560,,,+260967704730

ADMIN MUGANGA

GROUPE URUGO RWIZA
✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️✍️

10/04/2026

N’INGARUKA ZAYO KU BUZIMA

🔴 AMIBE: INDWARA YIHISHE ITERA INGARUKA NYINSHI

Iyo amibe imaze kwihindukiza mu mubiri, ishobora gutuma:
* Ku bagabo: gukora mu mabanga y’abubatse bigorana, gushukwa ntibigende neza, inguvu zigahera, ugasanga utazi n’ico bituruka.
* Ku badamu: kurekura amazi, kubura ubushake, canke kugira ububabare butandukanye.
Ivyo vyose ni ingaruka z’amibe, indwara benshi bagendana batayizi.

❗ KUKI DUKUNDA KUGARUKA CANE KU AMIBE?

Kubera ko:
Benshi barayigwara batayimenye
Abayimenye bakayifata nk’indwara isanzwe, batazi ingaruka zayo zikomeye
Ni co gituma tubasaba gusubira tugakurikirana neza ikiganiro kijanye n’amibe 👇👇👇👇

*🦠 AMIBE SI INDWARA YO MUNDA GUSA*

Amibe ni inzoka yo mu munda, ariko ntiguma mu munda gusa. Iyo igwiriranye mu mubiri, ikwiragira mu ngingo zitandukanye, igateza izindi ndwara nyinshi.

*📌 ZIMWE MU NDWARA AMIBE ISHOBORA GUTEZA*

* Guhurirwa no kuzura inda iyo ufunguye ibintu bimwe bimwe
* Kubabara mu nda
* Constipation (kugumbirwa, kuzura inda)
* Douleur lombaire (gucika umugongo)
* kugira ubushake buke mu mabanga y’abubatse
* Éjaculation précoce (kurangiza vuba)
* Infertilité (ubugumba) ku bagabo no ku bagore
* Hémorroïdes (rubagimpande)
* Hépatites (indwara z’igitigu)
* Infections urinaires canke vaginales
N’ibindi…
Izo zose zishobora guturuka kuri amibe, ni co gituma dukwiye kuyirinda no kuyivuza hakiri kare.

*🛡️ UKWIRINDA AMIBE*

* Kugirira isuku ibifungurwa
* Kwirinda gufungura ikintu kitaronze
* Kwirinda kunywa amazi adatetswe
* Naho bitoroshe cane, kwirinda birashoboka mu kwitwararika.

*🟢 INKURU NZIZA*

Hari imiti ishobora gupfupfahaza amibe, ariko inkuru nziza ni uko hamaze kuboneka imiti iyivura burundu, aho yaba igejeje hose. Umuntu arakira neza indwara ya amibiase (amibe).
📞 TWEGERA TUGUFASHE
Ufise ikibazo canke ukeneye umuti?
Hamagara canke utwandikire kuri:
☎️ 【 +260972228560
💬 WhatsApp | 📞 Appel

ZAMBIA LUSAKA Bujumbura nomuzindi ntara ahuri hose uravugwa vyoroshe ✅

imisi yose de 8h00 a 17h00

20/02/2026

Endeleeni kuzubaa Wana jeshi Hawa tayari wamesha jiunga na kampuni yetu utabaki kushangaa TU

Want your business to be the top-listed Beauty Salon in Lusaka?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Garden Chilulu
Lusaka