Faith
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Faith, Health/Beauty, Maramvya, Bujumbura.
🙏🙏
Iga kubana nexa n'abantu
Kwiga gusenga
Igi gusaba mbabazi
Ijambo 🙏
08/12/2024
🔵🟣Barcelona yarahiye KO Laliga itegerezwa vuba gufuta ikarata itukura bahaye Hansi Flick idasiguritse
Barcelona yiteguye guhangana na Laliga ifute ikarata itukura bahaye Flick ngo kuko ntakintu nakimwe yavuganye numuhagarikizi cotuma ahanwa Barcelona bavuga KO bategerezwa kumukurako iyo karata kuko atakibazo nakimwe cerekana yakoze catumye ahanwa Barcelona barashaka KO munkino 2 bazokina azoba ahari Rouge igafutwa
Source : RAC1✅
08/12/2024
❌🔥 🔥❌
🇧🇮🔥Nyuma yokwemeza Abanya umuririmvyi FLO Ubu yigaruk8ye M' Umuziki Ndundi Aho harikunugwanugwa kohoba harigikogwa ciwe kigiye kumuhuza na Fabelove DA K.SHAN BOY Mamayangu uyumuhungu Azonabica 🔥🔥🔥
08/12/2024
🤭 Ego Abarundi vyokworoha kubibumvisha kuko barazi ikirundi, ariko kwumvisha Umunya Cameroun,Gabon , Côte d'Ivoire, n'ahandi bibereye mubwiza bw'IMANA nk'ubu ko ari Illuminati, vyogorana ko bavyumva uvuga ururimi rumwe batumva 🤣🤷🏽♂️
Mureke IMANA yitwe IMANA.👏🏿
📷 Ça C'est Pour Hier au Côte d'Ivoire 🇨🇮 👇🏿
Category
Website
Address
Maramvya
Bujumbura
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Faith posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
