SOUND ZONE
A music content company based in Burundi, focused on a professional songwriting, music production and ready-to-sell songs.
We create high-quality, pre-written songs with full production for artists who want to shine without starting from the scratch.
10/06/2026
Kolia na Mwasi Kolia na Ndoki ( kiretse umu congomani aza kubitahura abandi ni muze mumbwire ico nvuze)
09/06/2026
Aka kantu uwukazi naze muri commentaire ico tuvugana.
07/06/2026
Nkubu naje nokora birya B face yakoze mubona gute?
Reka ndabipfurize uwa Mungu mwiza mwese.👏🏽👏🏽👏🏽
04/06/2026
Jewe na VAVA wanje nitwe Dukurikira😁🙌
31/05/2026
hello everyone
narinibagiye kubifuriza uwimana mwiza
Duhane map none?
28/05/2026
Boss yahaturiye haraka 🔥🔥
yagizenti "Jewe hamwe Nuwanje❤️🫂"
25/05/2026
Nigiki wompanura kugeza ubu duhuye?
Indirimbo yanje ya wayakiriye gute? Kubatarayunviriza link iri muri commentaire yakozwe nuwitwa Oli Director uyo mubona turi kumwe
17/05/2026
Giricumpanuye Mufana Mwiza🙌
15/05/2026
Ibibazo ntibisiga ibindi kweli ubunaho muriko munyunvira uyo muntu ivyo avuga?
14/05/2026
Umwana akiri muto afise impano yo gucapa, mumuhaye ?/10
Click here to claim your Sponsored Listing.
Contact the business
Telephone
Address
Nairobi
