Ijambo ryimana
0776280428
17/02/2023
Umuhero umuhero Umuhero , Benedata ivyanditsw biratashe ahuri hose ukomez gusenga
23/11/2022
Hello hello , Birihuta dufashanye mugukwiragiza muma group atandukanye dutabarize uyumwana.
19/11/2022
Jew Nigiriye kuraba sogokuru wanje aho yahambwe๐ญ๐
15/11/2022
Nanje narimeze nkawe ,Ariko vyarash*tse mbikimuga nkuku ubibona ndakwingize wandike Amen muri commentaire , Nyimba ugihumeka.
14/11/2022
Muminsi yimperuka hazoba ingwara zovyaduka n'Amasanganya, Non ngibi biriko biraba.
13/11/2022
Sinumva igituma tutoshima Imana , Bagenzi haribenshi baraye bapfuye , haribenshi baraye babaye ibimuga , None woho habuziki ngushimire Imana ngowandike Amen.
12/11/2022
Bagenzi Uyumntu aragwaye Kandi arababaye cane , Amasengesho yawe nikirumara๐ญ
11/11/2022
Bagenzi Yandirimbo Mu Bugaragwa by Dadu calixte ft James & Danilla yamaze gusohoka.
Cangaha nawe uyumviroze hama ugire ico uvuze๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
Dadu Calixte ft James&Daniella - Mu Bugaragwa Isaih 44:3 : Kuko nzosuka amazi ku gihugu gifise inyota, n'imigezi kw'isi yumye.Isaih 41:17 : Impahazwa n'abakene barondera amazi bakayabura, ururimi rwabo r...
11/11/2022
Mana y' Abulahamu, Mana ya Isaac , Mana ya Yakobo , kiza kino kibondo , Bagenzi amasengesho yanyu arakenewe kugira Imana ikize iki kibondo.
10/11/2022
Mubandanye muhimbagwa niyi ndirimbo y' imana , Mubandanye muhezagirwa murimo murimwo ndakabatuye Mwese๐๐๐๐
Dadu calixte - YouTube Burundian Gospel Artist lives in South Africa
09/11/2022
Mu Bugaragwa by Dadu Calixte ft James & Daniella kuva mu Rwanda.
Iyindwi nyene iraja ahabona , Nimumfashe kugira partager kugira dushigikire aba Benedata๐๐๐
09/11/2022
Benedata , Nukuri nitegereje ibibera mwiyisi birerekana kwisi igeze kumusozo , wew ubonye iyi post kuberiki utokwihana bigishoboka??
_ Eheraba uburaya ntubugera umutwe.
_ Inyambaro nazo mwambara ntizihesha agaciro Imana.
_ Mugenzi hanurwa wumve egera umukozi w' imana ari hafi yawe agusengere bigishoboka. Amen Amen
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Lusaka
1999
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Ijambo ryimana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
